NCUTITINAMAGARA Tantine arakeza abakenyezi bo mu Rumonge ku ntambe bagezeko mw’iterambere
Ku musi wa Gatatu igenekerezo rya 28 kigarama 2021, Nyakubahwa Tantine NCUTINAMAGARA, Umwunganizi w’Umushikiranganji wo Gushigikirara, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira yarateye intege abakenyezi bahurikiye mw’ishirahamwe TWIZERE ryo…